
Major Gahomera
Intwazangabo itwara batayo ya 221, Major Gahomera yaratezwe umutego n’abitwaje ibigwanisho mwijoro ryo kuru wa 2 igenekerezo tya 8 Kigarama uno mwaka ku mutumba wa Kanyunya muri Commune MUKIKE y intara ya Bujumbura. Abanyagihugu bo muriyo micungararo basaba leta ko yobacungerera umutekano nayo abajejwe intwaro bagasaba abo borongoye kubimentesha iyo babonye abantu biketse bashobora guhungabany umutekano.
Nestor Ndayitwayeko