![](https://infosgrandslacs.info/sites/default/files/styles/production_page/public/userfiles/productions/photos/taxis-moto.jpg?itok=ccfFhLwj)
Grogne des motards dans la province de Rutana
Imyidogo ni myinsji mubagendesha amapikipiki bo kumurwa mukuru w intara ya rutana aho n inuma yaho hari abantu baje gusiga amapikikipiki kuncuro yakabiri mukiringo kidashika amezi ane,bene gusiga iryo rangi rishasha bavugako baserukira abutunze amapikipiki ko babikora ngo ntiyibwe.uwuserukira ishirahamwe ryo gutwara abantu n ibintu ATRABU kurwego rw igihugu avugako bidakenewe ko imoto yasizwe yongera gusirwa.Mugipolisi bamenyeshako atatetegeko rissaba gusiga gushasha nayo umushikiranganji wo gutwara abntu n ibintu hamwe n ibikorwa vya leta akamenyeshako ivyegeranyo vyuko ipikipiki mugihugu zasizwe vyamushikiye kwibiriko bikorwa mu RUTANA atavyo azi.
Le point avec Nestor Ndayitwayeko.
Résumé : Les motards de la province de Rutana grogne. En cause, la peinture de leur moto.