avr
18
2016

Abantu bane harimwo batatu bo mu mugambwe CNDD-FDD bishwe barashwe

Abantu bane harimwo batatu bo mumugambwe CNDD-FDD baraye bishwe barashwe n'abantu bataramenyekana ku mitumba ibiri yo muri komine ya Mugamba intara ya Bururi. Mu gipiloce bavuga ko batanguye amatohoza. Bagasaba abanyagihugu kubafasha mukudomako urutoki inkozi z'ikibi.

Zenon Nzambimana 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager