jui
14
2021

Amazu yabomowe ategerezwa kubakwa n'abayabomoye bitarenze indwi zibiri

Umushikiranganji w intwatro yo hagati mu gihugu iterambere rusangi n’umutekano Gervais Ndirakobuca yatanze itegeko ko amazu yabomowe ategerezwa kubakwa n'abayabomoye bitarenze indwi zibiri. Ayo mazu idwi  yabomowe  kuri uyu wa 8 mukakaro 2021 n’ umurwi  w’urwaruka  rurongowe n’ umukuru wa zone n’ umukuru wa karitiye muri segiteri  ya Mugoboka, ni muri karitiye ya Mutanga-sud muri Komine ya  Mukaza mu gisagara ca Bujumbura.

https://youtu.be/A41PKleeGrE

Bienvenu Nduwayo/ Uruganda rwo Kumenyesha amakuru

Langues: 
Thématiques: 

Partager