fév
18
2016

Bujumbura : Ingene abanyagihugu babonye amagrenade mu gisagara

Mu gisagara ca Bujumbura humvikanye amagrenade menshi mu gisagaa. Amagrenade akomerekeje abantu batari bake. Abanyagihugu twasanze murivyo bibanza batubwiye ingene vyagenze.

Rémy Harerimana, Télé Renaissance

 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager