mai
26
2015
Burundi: abanyagihugu bipfuza guhunga ntiboroherezwa
Abanyagihugu bo mu ma komine y’intara ya Makamba bipfuza guhungira mu gihugu ca Tanzania mu kwikeka kw’intambra ishobora kwaduka bivuye ku kwitoza k’umukuru w’igihugu, Pierre Nkurunziza, ntiboroherezwa mbere rimwe na rimwe birashika bagatangirwa n’abajeje intwaro canke abapolisi , komiseri ajejwe igipolisi , mu bumanuko bw’igihugu we amenyeshako atawe abuza guhunga mu gihe abikeneye canke avyiyumvamwo.
Nestor Ndayitwayeko, RPA Rutana, Infos Grands Lacs
Langues:
Genre journalistique:
Thématiques:
Durée:
00:03:11