oct
19
2015

Bururi : Abarwanyi barenga 120 bitwaje ibirwanisho

Ubwoba ni bwinshi ku banyagihugu baba kumutumba wa Rubanga muri Komine Matana y'Intara ya Bururi. Aho n'inyuma yaho kuruwu w'Imana kuwa 18/10/2015 igipolisi n'igisirikare bikikuje inzu yakir ingenzi SHIKA iri kuri uwo mutumba maze impande y ubwo buraro mw 'ivuriro NEMA hakavundurukayo abantu  barenga 120 bavugwa kwari abarwanyi. Mu gipolisi bamenyeshako abantu barenga umunani bamaze gufungwa kandi bariko babagirako amatohoza ngo bamenye ico abo bantu bari bagamije.

Nestor Ndayitwayeko, RPA 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager