fév
12
2016

Buyenzi : Abantu 21 bakomerekejwe na grenade

Abantu 21 bakomerekejwe na grenade yatewe ku muhingamo wo kuruyu wa kane muri zone ya Buyenzi.

Igipolisi kimenyesha ko icenda murabo 21 bababaye cane, ubu bakaba bariko bavurirwa mu bitaro. Iyo grenade yatewe n'abantu bari kw'ipikipiki nk'uko vyemezwa n'uwu munyagihugu adandariza ivyuma vy'imodokari ahiyo grenade yatewe kw'ibarabara rya kane.

Eloge Willy Kaneza

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager