juin
21
2016

Deux personnes tuées par machettes et une autre bléssée á Gihofi en Province RUTANA

Abantu babiri baraye bishwe batemeguwe imipanga uwundi arakomereka mumutwe igihe c'isaha zine z'ijoro ryokuwa 16 Ruhenshi 2016 i Gihofi muri komine BUKEMBA y'intara ya RUTANA.Bene gukora iryo bara bivugwako ari abatanzaniya bari bazanye imizigo i burundi ngo bahejeje kubica baciye batungwa nayo bameze baciye mugikaju c'ihinguriro SOSUMO ikinga n umuzigo utekeye mw'igunira bari bafise bikaba vyatowe impande yabo baribahejeje kugandagurwa. Mugipolisi i GIHOFI bavugako batanguye amatohoza kugirango hamenyekane uko abo bantu bishwe n'ababishe.



Nestor NDAYITWAYEKO

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager