mar
16
2016

Ico Abarundi biteze ku murwi w'ukuri no kurekuriranira (CVR)

Umurwi w'ukuri no kurekuriranira tuwitezeko urukiza, kandi twari dukwiye kuwushigikira mu guhana imbabazi tukibagira ivyabaye. Ivyo nivyashikirijwe n'abanyagihugu Télé Renaissance yashoboye kubaza ico biteze ku murwi w'ukuri no kurekuriranira, bakaba bawusaba ko woza uhuza Abarundi ariko nabategetsi bafise ubudahangarwa bakabukurwako.

Rémy Harerimana, Télé Renaissance 

Burundi : Ico Abarundi biteze ku murwi w'ukuri no kurekuriranira (CVR)

Langues: 
Genre journalistique: 

Partager