jui
10
2021

imyaka 59 igihugu c'Uburundi kironse intahe yo Kwikukira: Ingendo nshasha

ibintu nyamukuru vyaranga abarundi imbere y’umuzo w'abazungu baje gutwara igihugu c’ uburundi.  Tubisanga mw' ijambo umukuru w' igihugu Evarisite Ndayishimiye,  yashikirije  umunsi  wihimbazwa  yimyaka 59 igihugu cUburundi kironse intahe yo Kwikukira.

https://youtu.be/PnhKm59M07Q

Perezida Evariste Ndayishimiye aragabisha indongozi zisahura ubutunzi bw’igihugu. 

https://youtu.be/yS40jXT-SOQ

Bienvenu Nduwayo /Uruganda rwo kumenyesha amakuru

Langues: 
Thématiques: 

Partager