jui
22
2016

Les détenus de la prison centrale de RUTANA satisfaits de la réhabilitation de la prison

Image_Rutana.JPG

Les détenus de la prison centrale de RUTANA satisfaits de la réhabilitation de la prison

Abafungwa bo mw'ibohero rikuru ryo mu RUTANA barashimishwa n'isubirwamwo ry'inyubakwa ziryo bohero,inyubakwa zasubiwemwo zikagurwa n'ishirahamwe CICR.Abo bapfungwa bakamenyesha ko bagiye kwagukirwa bakagirako basaba ubushikiranganji bw'ubutungane kubatezurira .Umwunganizi w'ubushikiranganji bw'ubutungane nawenyene arashima icogikorwa co kwagura iryo bohero rikuru ryo mu RUTANA akanasaba bene kuronswa izonyubakwa kuzibungabunga nayo ngw'ivyo gutezurirwa ntankeka bazobigirirwa nkuko Leta yama ibikora bigenjeje neza.

 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 
Durée: 
00:02:00

Partager