mar
02
2016

Rumonge : Abantu barenga ibihumbi 13 barafashwe n’indwara ya Malaria

Abantu barenga ibihumbi 13 barafashwe n’indwara ya Malaria mu ntara y’ubuvuzi ya Rumonge muri aya mezi abiri arenganye. Muganga Jean-Claude Ndikumasabo  arongoye iyo ntara y’ubuvuzi aravyemeza, akamenyesha ko umuntu umwe amaze gupfa ahitanywe n’iyo ndwara ikarira abana n’abakenyezi bibungenze gusumba abandi.

Mu Rumonge, ni inkuru twatohorejwe na Jean-Pierre Misago

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager