mar
08
2016

Rumonge: abanyeshure bicara ku mabuye n'imbaho

Intebe zirenga ibihumbi 20 zirakenye mu ntara y’indero ya Rumonge. Ivyo bituma hakiri abanyeshure bacicara ku mabuye canke ku mbaho bariko bariga. Ariko naho hari n’ibindi bikenye muri ico gisata, umuyobozi ajejwe inyigisho mu ntara ya Rumonge avugako bagerageza gutanga inyigisho uko bishoboka.

Mu Rumonge, ni inkuru twatohorejwe na Jean-Pierre Misago

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager