aoû
24
2015

Rutana: Amatora y'abakuru b'imitumba

Amatora y’abakuru b’ imitumba n’ama kartiye yabaye mu gihugu cose kuri uyu wa mbere yabaye mu Rutana.  Ariko icibonekeje nuko hari abatayitavye abandi nabo bakaba baje batazi neza ayo matora ayariyo. 

Nestor NDAYITWAYEKO

Langues: 
Genre journalistique: 

Partager