mar
29
2016

Rutana : haracibonekeza ubugeregerwa kubo mu bwoko bw’abatwa

Haracibonekeza ubugeregerwa kubo mu bwoko bw’abatwa mu ntara ya Rutana naho hari itegeko ry’ umwari umukuru w igihugu muri repubulika ya gatatu rya bukura!

Abize amategeko bahanura abatwa bakiri mu bugererwa kwitura leta ihari ubu nayo abajejejwe intwaro mu ntara ya Rutana bagahamagarira abatwa bakiri murubwo bugererwa gusaba amatongo bobona kugirango barima bimbure nkabandi.

Nestor Ndayitwayeko, mu Rutana 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager